Guharura 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abwira ikoraniro ati: “Ndabinginze mwigireyo muve imbere y’amahema y’aba bagabo b’ababisha kandi ntimukore ku kintu na kimwe cabo+, kugira ngo ntimuzimanganywe kubera igicumuro cabo cose.”
26 Maze abwira ikoraniro ati: “Ndabinginze mwigireyo muve imbere y’amahema y’aba bagabo b’ababisha kandi ntimukore ku kintu na kimwe cabo+, kugira ngo ntimuzimanganywe kubera igicumuro cabo cose.”