Guharura 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Buno nyene bigira kure bavuye imbere y’itaberenakulo ya Kora na Datani na Abiramu, bavuye ku mpande zose, maze Datani na Abiramu barasohoka, bahagarara ku bwinjiriro bw’amahema yabo+, kumwe n’abagore babo, n’abahungu babo n’abana babo batoyi.
27 Buno nyene bigira kure bavuye imbere y’itaberenakulo ya Kora na Datani na Abiramu, bavuye ku mpande zose, maze Datani na Abiramu barasohoka, bahagarara ku bwinjiriro bw’amahema yabo+, kumwe n’abagore babo, n’abahungu babo n’abana babo batoyi.