Guharura 16:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo nimba ari ikintu c’ikiremano Yehova aza kurema+, ubutaka bukasamika akanwa kabwo bukabamirana+ n’ikintu cabo cose, bakamanuka ari bazima mu kuzimu*+, muca mumenya ata gukeka yuko aba bagabo bagaye Yehova+.”
30 Mugabo nimba ari ikintu c’ikiremano Yehova aza kurema+, ubutaka bukasamika akanwa kabwo bukabamirana+ n’ikintu cabo cose, bakamanuka ari bazima mu kuzimu*+, muca mumenya ata gukeka yuko aba bagabo bagaye Yehova+.”