Guharura 16:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Maze isi yasamika akanwa kayo ibamirana n’ingo zabo be n’abantu bose ba Kora n’ibintu vyose+.