Guharura 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Eleyazari umuherezi aze atore makeyi ku maraso yayo n’urutoke rwiwe, hanyuma acucagire makeyi ku maraso yayo neza na neza imbere y’ihema ry’ihuriro incuro indwi+.
4 Maze Eleyazari umuherezi aze atore makeyi ku maraso yayo n’urutoke rwiwe, hanyuma acucagire makeyi ku maraso yayo neza na neza imbere y’ihema ry’ihuriro incuro indwi+.