Guharura 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umuntu wese ari mu gahinga azokora ku muntu yagandagujwe inkota+ canke ku kiziga canke kw’igufa+ ry’umuntu canke ku mva, azoba uwuhumanye imisi indwi.
16 Umuntu wese ari mu gahinga azokora ku muntu yagandagujwe inkota+ canke ku kiziga canke kw’igufa+ ry’umuntu canke ku mva, azoba uwuhumanye imisi indwi.