Guharura 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze umugabo adahumanye+ aze atore ezobu+, ayikoze mu mazi, hanyuma ayacucagire nya hema, n’ivyombo vyose, n’abantu bari bari ng’aho, n’uwakoze kuri nya gufa canke agakora ku wagandaguwe canke ku kiziga canke ku mva.
18 Maze umugabo adahumanye+ aze atore ezobu+, ayikoze mu mazi, hanyuma ayacucagire nya hema, n’ivyombo vyose, n’abantu bari bari ng’aho, n’uwakoze kuri nya gufa canke agakora ku wagandaguwe canke ku kiziga canke ku mva.