Guharura 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Buno Umunyakanani, umwami wa Aradi+, uwaba muri Negebu+, yumva yuko Isirayeli yari izananye inzira ya Atarimu; atangura rero kurwana na Isirayeli maze ajana bamwe muri bo ari imbohe.
21 Buno Umunyakanani, umwami wa Aradi+, uwaba muri Negebu+, yumva yuko Isirayeli yari izananye inzira ya Atarimu; atangura rero kurwana na Isirayeli maze ajana bamwe muri bo ari imbohe.