Guharura 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bakibandanya kugenda bavuye ku musozi Horo+ baciye mu nzira y’ikiyaga Gitukura kugira ngo bazunguruke igihugu ca Edomu+, abantu batangura kuruhishwa n’urugendo.
4 Bakibandanya kugenda bavuye ku musozi Horo+ baciye mu nzira y’ikiyaga Gitukura kugira ngo bazunguruke igihugu ca Edomu+, abantu batangura kuruhishwa n’urugendo.