Guharura 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iriba, abaganwa bararyimvye. Abanyacubahiro b’abantu bararyimburuye,N’inkoni ya kizigenza+, n’inkoni zabo bwite.” Hanyuma bava mu gahinga baja i Matana.
18 Iriba, abaganwa bararyimvye. Abanyacubahiro b’abantu bararyimburuye,N’inkoni ya kizigenza+, n’inkoni zabo bwite.” Hanyuma bava mu gahinga baja i Matana.