Guharura 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hanyuma bava i Matana baja i Nahaliyeli, maze bava i Nahaliyeli baja i Bamoti+.