Guharura 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Ndeka ndengane nciye mu gihugu cawe. Ntituzokebereza mw’itongo canke mu murima w’imizabibu. Ntituzonywa amazi y’iriba na rimwe. Tuzogendera mu nzira y’umwami gushika turenganye akarere kawe+.” Guharūra Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:22 ‘Igihugu ciza’, rup. 8-9
22 “Ndeka ndengane nciye mu gihugu cawe. Ntituzokebereza mw’itongo canke mu murima w’imizabibu. Ntituzonywa amazi y’iriba na rimwe. Tuzogendera mu nzira y’umwami gushika turenganye akarere kawe+.”