Guharura 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+.
2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+.