Guharura 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya mugabo w’Umwisirayeli yishwe, akicanwa na nya Mumidiyanikazi, yitwa Zimuri mwene Salu, akaba yari umukuru+ w’inzu ya ba sekuru yo mu Basimeyoni.
14 Nya mugabo w’Umwisirayeli yishwe, akicanwa na nya Mumidiyanikazi, yitwa Zimuri mwene Salu, akaba yari umukuru+ w’inzu ya ba sekuru yo mu Basimeyoni.