Guharura 26:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bene Manase+ bari: Kuri Makiri+ umuryango w’Abamakiri. Makiri na we yavyaye Gileyadi. Kuri Gileyadi+ umuryango w’Abagileyadi.
29 Bene Manase+ bari: Kuri Makiri+ umuryango w’Abamakiri. Makiri na we yavyaye Gileyadi. Kuri Gileyadi+ umuryango w’Abagileyadi.