Guharura 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Maze abakobwa ba Zelofehadi+ mwene Heferi, Heferi wa Gileyadi, Gileyadi wa Makiri, Makiri wa Manase+, bo mu miryango ya Manase mwene Yozefu, baregera. Kandi aya ni yo yari amazina ya nya bakobwa biwe: Mahila, Nowa na Hogula na Milika na Tiruza+.
27 Maze abakobwa ba Zelofehadi+ mwene Heferi, Heferi wa Gileyadi, Gileyadi wa Makiri, Makiri wa Manase+, bo mu miryango ya Manase mwene Yozefu, baregera. Kandi aya ni yo yari amazina ya nya bakobwa biwe: Mahila, Nowa na Hogula na Milika na Tiruza+.