Guharura 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Data yapfiriye mu gahinga+, yamara ntiyari muri rya koraniro, muri bamwe baja hamwe ngo barwanye Yehova mw’ikoraniro rya Kora+, mugabo yapfuye ku bw’igicumuro ciwe bwite+; kandi nta bahungu yaronse.
3 “Data yapfiriye mu gahinga+, yamara ntiyari muri rya koraniro, muri bamwe baja hamwe ngo barwanye Yehova mw’ikoraniro rya Kora+, mugabo yapfuye ku bw’igicumuro ciwe bwite+; kandi nta bahungu yaronse.