Guharura 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera iki izina rya data ryokurwa hagati mu muryango wiwe ngo ni uko ataronse umuhungu+? Enda nuduhe itongo twigabira hagati muri bene wabo na data+.”
4 Kubera iki izina rya data ryokurwa hagati mu muryango wiwe ngo ni uko ataronse umuhungu+? Enda nuduhe itongo twigabira hagati muri bene wabo na data+.”