Guharura 29:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi+ muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+, kandi muze muhimbarize Yehova umusi mukuru imisi indwi+.
12 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi+ muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+, kandi muze muhimbarize Yehova umusi mukuru imisi indwi+.