Guharura 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko nimba umugabo wiwe yazikuyeho buhere ku musi yumviyeko ijambo iryo ari ryo ryose iminwa yiwe yavuze bwa ndagano ziwe canke bwa ndagano yiwe y’ukwiyima, ntizizogumaho+. Umugabo wiwe azoba yazikuyeho, kandi Yehova azomubabarira+.
12 Ariko nimba umugabo wiwe yazikuyeho buhere ku musi yumviyeko ijambo iryo ari ryo ryose iminwa yiwe yavuze bwa ndagano ziwe canke bwa ndagano yiwe y’ukwiyima, ntizizogumaho+. Umugabo wiwe azoba yazikuyeho, kandi Yehova azomubabarira+.