Gusubira mu vyagezwe 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’
2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’