Gusubira mu vyagezwe 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nuko ico gihe nyene ndabategeka, nti: ‘Yehova Imana yanyu abahaye iki gihugu ngo mucigarurire. Muzojabuka imbere ya bene wanyu, bene Isirayeli, mufise ibikoresho bikwiye, mwese abagabo b’intwari+.
18 “Nuko ico gihe nyene ndabategeka, nti: ‘Yehova Imana yanyu abahaye iki gihugu ngo mucigarurire. Muzojabuka imbere ya bene wanyu, bene Isirayeli, mufise ibikoresho bikwiye, mwese abagabo b’intwari+.