Gusubira mu vyagezwe 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko mugira mujabuke Yorodani ngo mwinjire maze mwigarurire igihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, kandi mutegerezwa kucigarurira mukakibamwo+.
31 Kuko mugira mujabuke Yorodani ngo mwinjire maze mwigarurire igihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, kandi mutegerezwa kucigarurira mukakibamwo+.