Gusubira mu vyagezwe 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Igihe Yehova Imana yawe azokwagura akarere kawe+, nk’uko yagusezeraniye+, maze ukavuga koko uti: ‘Hinge ndye akanyama,’ kuko uhahamiye kurya akanyama, igihe cose umutima wawe uzoba ubihahamiye uzoshobora kwirira akanyama+.
20 “Igihe Yehova Imana yawe azokwagura akarere kawe+, nk’uko yagusezeraniye+, maze ukavuga koko uti: ‘Hinge ndye akanyama,’ kuko uhahamiye kurya akanyama, igihe cose umutima wawe uzoba ubihahamiye uzoshobora kwirira akanyama+.