Gusubira mu vyagezwe 12:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ibintu vyeranda vyawe+ vyonyene, ibizocika rwawe, n’amashikanwa yawe y’indagano+, ni vyo uzobwirizwa kujana, uheze uje ahantu Yehova azotora+.
26 Ibintu vyeranda vyawe+ vyonyene, ibizocika rwawe, n’amashikanwa yawe y’indagano+, ni vyo uzobwirizwa kujana, uheze uje ahantu Yehova azotora+.