Gusubira mu vyagezwe 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+.
12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+.