Gusubira mu vyagezwe 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka iwawe mu karere kawe kose mu misi indwi+, eka no ku nyama uzoshikana kw’ikimazi ku mugoroba ku musi wa mbere nta zikwiye kurara gushika mu gitondo+.
4 Kandi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka iwawe mu karere kawe kose mu misi indwi+, eka no ku nyama uzoshikana kw’ikimazi ku mugoroba ku musi wa mbere nta zikwiye kurara gushika mu gitondo+.