Gusubira mu vyagezwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Imisi indwi uzohimbaza umusi mukuru+ ku bwa Yehova Imana yawe ahantu Yehova azotora, kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira+ mu mwimbu wawe wose no mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe, kandi utegerezwa kuba uwunezerewe gusa+.
15 Imisi indwi uzohimbaza umusi mukuru+ ku bwa Yehova Imana yawe ahantu Yehova azotora, kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira+ mu mwimbu wawe wose no mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe, kandi utegerezwa kuba uwunezerewe gusa+.