Gusubira mu vyagezwe 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umuturi ungana n’uw’abandi ni wo akwiye kurya+, iruhande y’ivyo aronka bivuye ku vyo agurishije ku bintu vya ba sekuruza.
8 Umuturi ungana n’uw’abandi ni wo akwiye kurya+, iruhande y’ivyo aronka bivuye ku vyo agurishije ku bintu vya ba sekuruza.