Gusubira mu vyagezwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ahandiho, umuhōzi+ w’amaraso, kubera umutima wiwe warunguriye n’ishavu, yohava yoma inyuma uwo yishe umuntu akamuhamvya, kubera ko inzira ari ndende. Yohava amukubita agapfa, kandi ata rubanza rwo gupfa+ akwiriye, kuko atari asanzwe amwanka.
6 Ahandiho, umuhōzi+ w’amaraso, kubera umutima wiwe warunguriye n’ishavu, yohava yoma inyuma uwo yishe umuntu akamuhamvya, kubera ko inzira ari ndende. Yohava amukubita agapfa, kandi ata rubanza rwo gupfa+ akwiriye, kuko atari asanzwe amwanka.