Gusubira mu vyagezwe 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntuze wigize inyuma uturimbi twa mugenzawe+, igihe ba sokuruza bazoba bamaze gushinga imbibe mu ntoranwa yawe uzotorana mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe ngo ucigarurire.
14 “Ntuze wigize inyuma uturimbi twa mugenzawe+, igihe ba sokuruza bazoba bamaze gushinga imbibe mu ntoranwa yawe uzotorana mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe ngo ucigarurire.