Gusubira mu vyagezwe 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nta mwana w’ikivyarwa+ ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu biwe nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova.
2 “Nta mwana w’ikivyarwa+ ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu biwe nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova.