Gusubira mu vyagezwe 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri wewe nihagira umugabo ataguma ari uwudahumanye, bivuye ku buhumane buza mw’ijoro+, ategerezwa kuja hanze y’ikambi. Ntashobora kwinjira mw’ikambi+.
10 Muri wewe nihagira umugabo ataguma ari uwudahumanye, bivuye ku buhumane buza mw’ijoro+, ategerezwa kuja hanze y’ikambi. Ntashobora kwinjira mw’ikambi+.