Gusubira mu vyagezwe 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Umuntu niyafatwa anyuruje+ umuntu wo muri bene wabo bo muri bene Isirayeli, akaba yamucuranguje hanyuma akamugurisha+, uyo munyuruji rero ategerezwa gupfa. Kandi utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.
7 “Umuntu niyafatwa anyuruje+ umuntu wo muri bene wabo bo muri bene Isirayeli, akaba yamucuranguje hanyuma akamugurisha+, uyo munyuruji rero ategerezwa gupfa. Kandi utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.