Gusubira mu vyagezwe 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntuze ugunge umucangero ari mu ngorane kandi akaba mworo, yaba uwo muri bene wanyu canke muri ba kavamahanga bawe bari mu gihugu cawe, mu marembo yawe+.
14 “Ntuze ugunge umucangero ari mu ngorane kandi akaba mworo, yaba uwo muri bene wanyu canke muri ba kavamahanga bawe bari mu gihugu cawe, mu marembo yawe+.