Gusubira mu vyagezwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+.
16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+.