Gusubira mu vyagezwe 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Niwakubita igiti cawe c’umwelayo, ntuze usubire mu mashami yaco aho waciye. Ivyasigaye bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+.
20 “Niwakubita igiti cawe c’umwelayo, ntuze usubire mu mashami yaco aho waciye. Ivyasigaye bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+.