-
Gusubira mu vyagezwe 24:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 “Niwasarura inzabibu z’umurima wawe w’imizabibu, ntuze usubire inyuma gusarura ivyasigaye aho waciye. Bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi.
-