Gusubira mu vyagezwe 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimba nya mubisha akwiye gukubitwa+, umucamanza aze ategeke ko aryama yubitse inda, akubitirwe imbere yiwe igitigiri c’inkoni+ gihuye n’igikorwa ciwe c’ububisha.
2 Nimba nya mubisha akwiye gukubitwa+, umucamanza aze ategeke ko aryama yubitse inda, akubitirwe imbere yiwe igitigiri c’inkoni+ gihuye n’igikorwa ciwe c’ububisha.