Gusubira mu vyagezwe 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntuze ugire mu nzu yawe ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, nini na ntoyi.