Gusubira mu vyagezwe 29:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nta mukate mwariye+, nta n’umuvinyu n’inzoga iboreza mwanyoye, kugira mumenye yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu.’
6 Nta mukate mwariye+, nta n’umuvinyu n’inzoga iboreza mwanyoye, kugira mumenye yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu.’