Gusubira mu vyagezwe 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 abana banyu batoyi, abagore banyu+, na kavamahanga wawe+ ari hagati mw’ikambi yawe, kuva ku wugusenyera inkwi gushika ku wukuvomera amazi+,
11 abana banyu batoyi, abagore banyu+, na kavamahanga wawe+ ari hagati mw’ikambi yawe, kuva ku wugusenyera inkwi gushika ku wukuvomera amazi+,