Gusubira mu vyagezwe 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kugira agushinge uno musi ngo umubere igisata+ no kugira yerekane ko ari Imana yawe+, nk’uko yabigusezeraniye akabirahira kandi ba sogokuruza bawe Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+.
13 kugira agushinge uno musi ngo umubere igisata+ no kugira yerekane ko ari Imana yawe+, nk’uko yabigusezeraniye akabirahira kandi ba sogokuruza bawe Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+.