Yosuwa 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kugira ngo ivyo bibe ikimenyetso hagati muri mwebwe+. Abana banyu nibababaza mu gihe kizoza bati: ‘Kubera iki mufise aya mabuye+?’,
6 kugira ngo ivyo bibe ikimenyetso hagati muri mwebwe+. Abana banyu nibababaza mu gihe kizoza bati: ‘Kubera iki mufise aya mabuye+?’,