Yosuwa 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 igihe Yehova Imana yanyu yakamya amazi ya Yorodani imbere yabo gushika bamaze kujabuka, nk’uko nyene Yehova Imana yanyu yari yarabigize ku kiyaga Gitukura igihe yagikamya imbere yacu gushika tumaze kujabuka+;
23 igihe Yehova Imana yanyu yakamya amazi ya Yorodani imbere yabo gushika bamaze kujabuka, nk’uko nyene Yehova Imana yanyu yari yarabigize ku kiyaga Gitukura igihe yagikamya imbere yacu gushika tumaze kujabuka+;