Yosuwa 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma batikiza ivyari mu gisagara vyose n’ubugi bw’inkota, kuva ku mugabo gushika ku mugore, kuva ku musore gushika ku mutama no gushika kw’ishūri n’intama n’indogobwa+.
21 Hanyuma batikiza ivyari mu gisagara vyose n’ubugi bw’inkota, kuva ku mugabo gushika ku mugore, kuva ku musore gushika ku mutama no gushika kw’ishūri n’intama n’indogobwa+.