Yosuwa 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze bene Isirayeli bafata inzira, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu; nya bisagara vyabo vyari Gibeyoni+ na Kefira+ na Beyeroti+ na Kiriyati-yeyarimu+.
17 Maze bene Isirayeli bafata inzira, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu; nya bisagara vyabo vyari Gibeyoni+ na Kefira+ na Beyeroti+ na Kiriyati-yeyarimu+.