Yosuwa 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuri uwo musi Yosuwa afata Makeda+, ahakubitisha ubugi bw’inkota. Umwami waho na we amutikizanya n’igifise ubuzima cose cariyo+. Ntiyasigaza n’umwe. Gutyo, agirira umwami wa Makeda+ nk’uko nyene yari yagiriye umwami wa Yeriko.
28 Kuri uwo musi Yosuwa afata Makeda+, ahakubitisha ubugi bw’inkota. Umwami waho na we amutikizanya n’igifise ubuzima cose cariyo+. Ntiyasigaza n’umwe. Gutyo, agirira umwami wa Makeda+ nk’uko nyene yari yagiriye umwami wa Yeriko.