Yosuwa 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 nya rubibe rwarasohoka rwerekeza ku kiyaga. Mikimetati+ hari mu buraruko, nya rubibe na rwo rugakevya rwerekeza mu buseruko rugana i Tayanati-shilo, rukagenda amaja mu buseruko rwerekeza i Yanowa.
6 nya rubibe rwarasohoka rwerekeza ku kiyaga. Mikimetati+ hari mu buraruko, nya rubibe na rwo rugakevya rwerekeza mu buseruko rugana i Tayanati-shilo, rukagenda amaja mu buseruko rwerekeza i Yanowa.