Yosuwa 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Urwo rubibe ruvuye i Tapuwa+ rwabandanya amaja mu burengero rwerekeza ku mwonga wa Kana+, rukagarukira ku kiyaga+. Iyo ni yo ntoranwa y’umuryango wa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo.
8 Urwo rubibe ruvuye i Tapuwa+ rwabandanya amaja mu burengero rwerekeza ku mwonga wa Kana+, rukagarukira ku kiyaga+. Iyo ni yo ntoranwa y’umuryango wa bene Efurayimu hakurikijwe imiryango yabo.